IProvense ya Muramvya

IProvense ya Muramvya

iProvense ya Muramvya iri muntara cumi nindwi z'Uburundi.

  • Abanyagihugu: 292,589 (2008)
  • Umurwa mukuru: Muramvya
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 695.52
Other Languages